ABAKOLOSAYI
IBIRIMWO MURI MAKE
1
Indamutso (1, 2)
Pawulo ashima kubera ukwizera kw’Abakolosayi (3-8)
Pawulo asenga ngo bakure mu vy’impwemu (9-12)
Uruhara nyamukuru rwa Kristu (13-23)
Pawulo akora cane ku neza y’ishengero (24-29)
2
Ibanga ryeranda ry’Imana ni Kristu (1-5)
Mwiyubare abobahenda (6-15)
Umutumba nyezina ni uwa Kristu (16-23)
3
4
Impanuro zihabwa ba shebuja (1)
«Mushishikare gusenga» (2-4)
Mugendane ubukerebutsi ku bo hanze y’ishengero (5, 6)
Amajambo yo gusozera (7-18)