ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • nwt rup. 1820-1821
  • 1 Abatesalonika: ibirimwo

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • 1 Abatesalonika: ibirimwo
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Ivyo bijanye
  • 2 Abatesalonika: ibirimwo
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 2 Yohani: ibirimwo
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Niwirinde ‘kunyiganyizwa ningoga ngo uve ku kwiyumvira kwawe’
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2013
  • Filemoni: ibirimwo
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
Ibindi
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
1 Abatesalonika: ibirimwo

1 ABATESALONIKA

IBIRIMWO MURI MAKE

  • 1

    • Indamutso (1)

    • Pawulo ashima kubera ukwizera kw’Abatesalonika (2-10)

  • 2

    • Igikorwa ca Pawulo i Tesalonika (1-12)

    • Abatesalonika baremeye ijambo ry’Imana (13-16)

    • Pawulo akumbuye Abatesalonika (17-20)

  • 3

    • Pawulo i Atene, akumbuye Abatesalonika (1-5)

    • Timoteyo azana amakuru aremesha (6-10)

    • Pawulo asengera Abatesalonika (11-13)

  • 4

    • Pawulo agabisha ku bijanye n’ubusambanyi (1-8)

    • Murushirize gukundana (9-12)

      • «Murabe ivyanyu bwite» (11)

    • Abapfuye bunze ubumwe na Kristu bazozuka ubwa mbere (13-18)

  • 5

    • Ukuza kw’umusi wa Yehova (1-5)

      • «Amahoro n’umutekano!» (3)

    • Mugume murikanuye, muzigame ubwenge bwanyu (6-11)

    • Impanuro (12-24)

    • Amajambo yo gusozera (25-28)

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika