1 PETERO
IBIRIMWO MURI MAKE
1
2
Mwige kwipfuza cane rya jambo (1-3)
Amabuye mazima yubakwa ngo abe inzu (4-10)
Mubeho nk’abanyamahanga mw’isi (11, 12)
Abo dukwiye kuyobokera (13-25)
3
4
Tubeho kugira dukore ivyo Imana igomba, nka Kristu (1-6)
Iherezo ry’ibintu vyose riregereje (7-11)
Kubabazwa duhorwa kuba turi abakirisu (12-19)
5
Nimuragire ubusho bw’Imana (1-4)
Mwicishe bugufi kandi mugume muri maso (5-11)
Amajambo yo gusozera (12-14)