ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • le rup. 6-7
  • Ni kuki umuntu apfa?

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ni kuki umuntu apfa?
  • Kuba kw’isi ibihe bidashira mu gahimbare!
  • Ivyo bijanye
  • Hariho abandi baturengeye
    Igira kuri wa Mwigisha Ahambaye
  • Ubuzima bwo mw’Iparadizo bwari bumeze gute?
    Niwumvirize Imana maze ubeho ibihe bidahera
  • Igice ca 3
    Niwumvirize Imana
  • Kubera iki dusaza hanyuma tugapfa?
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro ya bose)—2019
Ibindi
Kuba kw’isi ibihe bidashira mu gahimbare!
le rup. 6-7

Ni kuki umuntu apfa?

8 Imana Yehova yashaka ko umuntu agira isi ahantu h’akaroruhore—iparadizo y’abantu bose.—Itanguriro 1:28

Abantu bari kubaho imyaka yose iyo Adamu na Eva bagamburukira Yehova yari yababwiye ngo ntibarye ku giti kimenyekanisha iciza n’ikibi.—Itanguriro 2:15-17

9 Umumarayika umwe aba mubi hanyuma akoresha inzoka mu kwosha Adamu na Eva ngo bagararize Imana.—Itanguriro 3:1-6

10 Uyo mumarayika mubi yahavuye yitwa Mureganyi iri ndi Murwanizi (Shetani).—Ivyahishuriwe Yohani 12:9 (NW)

11 Yehova yīrukanye uyo mugabo n’umugore bagararije abakura mw’iparadizo.—Itanguriro 3:23, 24

12 Adamu na Eva bavyara abana ariko uwo muryango ntiwari uhiriwe.—Itanguriro 3:17, 18

13 Nk’uko Yehova yari yabivuze barasaza hanyuma barapfa.—Itanguriro 3:19; Abaroma 5:12

14 Barapfa rero nk’ibikōko.

Ibifise ubugingo vyose biri kw’isi birapfa bigahera.—Umusiguzi 3:18-20; Ezekiyeli 18:4 (NW)

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika