ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ssb ururirimbo 14
  • ‘Nezerwe cane mwa mahanga’!

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • ‘Nezerwe cane mwa mahanga’!
  • Ririmbira Yehova amashemezo
  • Ivyo bijanye
  • Tunezereze umutima wa Yehova
    Turirimbire Yehova tunezerewe
  • Tunezereze umutima wa Yehova
    Turirimbire Yehova
  • Gutuma umutima wa Yehova ugira urweze
    Ririmbira Yehova amashemezo
  • “Inzu ku nzu”
    Turirimbire Yehova tunezerewe
Ibindi
Ririmbira Yehova amashemezo
Ssb ururirimbo 14

Ururirimbo rwa 14

‘Nezerwe cane mwa mahanga’!

(Abaroma 15:10)

1. Nezerwe cane mwa mahanga!

K’Ubwami bushitse.

Yezu aganzir’i Siyoni;

Ryoherwe bishitse.

Vya bihe vy’abanyamahanga,

Vyose vyaraheze.

Nezerwe cane mwa mahanga!

’Ntwaro yiw’ireze.

2. Nezerwe cane mwa mahanga!

’Vy’isi biragiye,

Vyegereje Har’magedoni;

Ni co bibagiye.

Naho banka wa Mwam’aganza,

Ngo nta wubakoma,

Ni we tuvugiriz’impundu;

Ni we nyeningoma.

3. Nezerwe cane mwa mahanga!

Gende mwamamaze

K’Ubwami bwa Yehova bwaje;

Bamenyeshe maze

Yuko Krist’azotwara neza,

Mu kugororoka.

Nezerwe cane mwa mahanga!

Mwame muyoboka.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika