ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ssb ururirimbo 109
  • Twasezeraniwe ubuzima budahera

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Twasezeraniwe ubuzima budahera
  • Ririmbira Yehova amashemezo
  • Ivyo bijanye
  • Dusezeranirwa ubuzima budahera
    Turirimbire Yehova
  • Dusezeranirwa ubuzima budahera
    Turirimbire Yehova tunezerewe
  • Imana yarasezeranye Iparadizo
    Ririmbira Yehova amashemezo
  • Ubuzima butagira iherezo—ngubwo!
    Ririmbira Yehova amashemezo
Ibindi
Ririmbira Yehova amashemezo
Ssb ururirimbo 109

Ururirimbo rwa 109

Twasezeraniwe ubuzima budahera

(Zaburi 37:29)

1. Imana yasezeranye

’Buzima budahera

Butunganye hano kw’isi.

Tuzovyibonera.

(Icitabirizo)

2. Nya sezeran’ejo bundi

Rigiye kuzoshika.

Tuzoca twibera kw’isi

Ni vy’Iman’ishaka

(Icitabirizo)

3. Yehova azohindura

Vyose bibe bishasha.

Azoducuncuburira

Cane imigisha.

(Icitabirizo)

4. Nk’uko Yezu yavyemeje

Ya Paradiz’izoza.

Yehova rer’azosengwa

Ata kibibuza.

(ICITABIRIZO)

’Buzima bwamaho

Tube tubwitaho.

Iry’Iman’ivuga

Riraranguka.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika