ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ssb ururirimbo 159
  • Turifitiye amahoro

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Turifitiye amahoro
  • Ririmbira Yehova amashemezo
  • Ivyo bijanye
  • Amahoro twifitiye
    Turirimbire Yehova
  • Amahoro twifitiye
    Turirimbire Yehova tunezerewe
  • Amahoro Nyakuri—Ava kw Isôko Nyabaki?
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—1997
  • Amahoro azoza kw’isi gute?
    Inyishu z’ibibazo bishingiye kuri Bibiliya
Ririmbira Yehova amashemezo
Ssb ururirimbo 159

Ururirimbo rwa 159

Turifitiye amahoro

(Yohana 14:27)

1. Ku batemer’Imana

Ho nta mahoro,

Naho wob’uyemera

Genza buhoro.

Biciye kuri Kristu

Ho boyamana

Nimba bizera kandi

Bakund’Imana.

2. Ya Mana y’amahoro

Tuyishemeze.

Izokur’intambara

’Bantu bahuze.

’Muganwa w’amahoro

Ntatwibagira.

Gutsindir’amahoro

Ni vy’azogira.

3. Twahevye gutukana

Be n’ivy’indwano.

Nta cumu tubazw’ubu

N’umwumvikano.

Tuzigam’amahoro

Ntitukihore.

Twebwe “ntama” za Yezu

Twikundanire.

4. Tuguman’amahoro

Ca camwa ciza.

Ubwenge bwo mw’ijuru

Vyogaragaza.

Turanzwe n’amahoro

Nta wutuvuga

Gushika ca gihe co

Kwama dutwenga.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika