ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ssb ururirimbo 167
  • Dushimire wa Mutanzi w’ubuzima

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Dushimire wa Mutanzi w’ubuzima
  • Ririmbira Yehova amashemezo
  • Ivyo bijanye
  • Kirisitu, Karorero wacu
    Ririmbira Yehova amashemezo
  • Isengesho ry’umusavyi w’Imana
    Ririmbira Yehova amashemezo
  • Tugendere mw’izina ry’Imana yacu
    Ririmbira Yehova amashemezo
  • Dutegerezwa kurindira Yehova
    Ririmbira Yehova amashemezo
Ibindi
Ririmbira Yehova amashemezo
Ssb ururirimbo 167

Ururirimbo rwa 167

Dushimire wa Mutanzi w’ubuzima

(Zaburi 36:9)

1. Shimirwa Dawe Yehova Mana.

Ico twokora s’ukugukeza?

Twisunz’ingendo ya Yezu Kristu,

’Biganza vyacu, turabiduza.

2. Turahimbawe, ewe Segaba;

Ijuru n’isi biguh’iteka.

Ivyo dufise turabiheba

Mu kugusenga nk’uk’utegeka.

3. Warashizeho bwa Bwami bwawe;

Ubu twe na we turacuditse.

Twama dusaba ng’uduh’ubwenge

Tukwunamire bimwe bishitse.

4. Tugukorere tugushimira,

Ubwiza bwawe tubwamamaze.

Nuhezagir’utwigoro twacu,

Ya mpwemu yawe idukomeze.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika