ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • yp2 rup. 280-281
  • Iterambere mu vy’ugusenga

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Iterambere mu vy’ugusenga
  • Ibibazo urwaruka rwibaza—Inyishu ngirakamaro, Igitabu ca 2
  • Ivyo bijanye
  • Aho niyandikira utuntu—Ugusenga
    Ibibazo urwaruka rwibaza—Inyishu ngirakamaro, Igitabu ca 1
  • Aho niyandikira utuntu—Ishure n’urunganwe
    Ibibazo urwaruka rwibaza—Inyishu ngirakamaro, Igitabu ca 2
  • Aho niyandikira utuntu—Abavyeyi bawe
    Ibibazo urwaruka rwibaza—Inyishu ngirakamaro, Igitabu ca 2
  • Aho niyandikira utuntu—Iterambere mu vy’ugusenga
    Ibibazo urwaruka rwibaza—Inyishu ngirakamaro, Igitabu ca 2
Ibindi
Ibibazo urwaruka rwibaza—Inyishu ngirakamaro, Igitabu ca 2
yp2 rup. 280-281

IGIHIMBA CA 9

Iterambere mu vy’ugusenga

Mu bintu bikurikira, ni ikihe kikugora kuruta ibindi?

□ Kwiyigisha Bibiliya

□ Gusenga Yehova Imana ubudasiba

□ Kubwira abandi ivyo nemera (canecane urunganwe rwanje)

□ Gutahura igituma kwisunga Bibiliya biranga ubukerebutsi

Andika aha hepfo umugambi woshima kwishingira ku bijanye n’ikikugora kuruta ibindi.

․․․․․

Ikigabane ca 34-38 bizogufasha kubona ingene wokomeza ubucuti ufitaniye n’Imana, ukabaho wisunga ingingo ngenderwako zo muri Bibiliya, ukongera ukishingira imigambi ituma ubuzima bwawe bugira intumbero.

[Ifoto yuzuye urupapuro rwose, rup. 280, 281]

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika