Iteraniro ry’umuzunguruko ry’Ivyabona vya Yehova
Porogarama yo mu 2016-2017
Umutwe-shimikiro:Nurushirize kwizera Yehova—Heb. 11:6
Ikiringo co mu gitondo
2:30 Umuziki
2:40 Ururirimbo No. 12 n’isengesho
2:50 ‘Niwizere Imana’ ibihe vyose
3:05 Insiguro y’ibice bine: Ibigereranyo bituma twizera Yehova
Inkinzo
Umuvyeyi
Igitandara
Umwungere
4:05 Ururirimbo No. 22 n’amatangazo
4:15 “Mfasha aho mbuze ukwizera!”
4:30 Kwiyegurira Imana no kubatizwa
5:00 Ururirimbo No. 7
Ikirongo co ku muhingamo
6:00 Umuziki
6:10 Ururirimbo No. 54 n’isengesho
6:20 Insiguro y’icese ishingiye kuri Bibiliya: Ukwizera nyakuri ni iki, kandi kugaragazwa gute?
6:50 Inyigisho y’Umunara w’Inderetsi
7:20 Ururirimbo No. 30 n’amatangazo
7:30 Insiguro y’ibice bitatu: “Twiyambure . . . igicumuro kitwizingirako bitagoranye”
Yehova azokuraho ububisha
Yehova azokuronsa ivyo ukeneye
Yehova azozura abapfuye
8:30 Nugaragaze ukwizera nyakuri maze wironkere ivyiza
9:05 Ururirimbo No. 43 n’isengesho