Ku wa gatandatu
“Munezerwe mu cizigiro. Mwihangane mu makuba”—ABAROMA 12:12
MU GITONDO
2:20 Ividewo y’umuziki
2:30 Ururirimbo No. 44 n’isengesho
2:40 INSIGURO Y’IBICE BINE: Yehova araha ‘ukwihangana n’uruhoza’ . . .
Abagoyagoya n’abihebuye (Abaroma 15:4, 5; 1 Abatesalonika 5:14; 1 Petero 5:7-10)
Abakene (1 Timoteyo 6:18)
“Impfuvyi” (Zaburi 82:3)
Abashaje (Abalewi 19:32)
3:50 Ururirimbo No. 138 n’amatangazo
4:00 INSIGURO Y’IBICE BITATU: Niwubake inzu idashoka isenyuka
‘Nubumbwe n’ibintu vy’iki gihe’ (Abaheburayo 13:5; Zaburi 127:1, 2)
Nukingire abana bawe ntibagwe mu “kibi” (Abaroma 16:19; Zaburi 127:3)
Nutumbereze abana bawe mu ‘nzira ibabereye’ (Imigani 22:3, 6; Zaburi 127:4, 5)
4:45 IBATISIMU: ‘Ntutinye ikintu na kimwe’ (1 Petero 3:6, 12, 14)
5:15 Ururirimbo No. 79 n’akaruhuko
KU MUHINGAMO
6:35 Ividewo y’umuziki
6:45 Ururirimbo No. 126
6:50 INSIGURO Y’IBICE BINE: Twigane “abihanganye”
Yozefu (Itanguriro 37:23-28; 39:17-20; Yakobo 5:11)
Yobu (Yobu 10:12; 30:9, 10)
Umukobwa wa Yefuta (Abacamanza 11:36-40)
Yeremiya (Yeremiya 1:8, 9)
7:35 IGIKINO: Mwibuke muka Loti—Igice ca 2 (Luka 17:28-33)
8:05 Ururirimbo No. 111 n’amatangazo
8:15 INSIGURO Y’IBICE BITANDATU: Ivyaremwe biratwigisha ukwihangana
Ingamiya (Yuda 20)
Ibiti vyo mu misozi ya Alpes (Abakolosayi 2:6, 7; 1 Petero 5:9, 10)
Ibinyugunyugu (2 Abakorinto 4:16)
Inyoni yo mu bwoko bw’intamba yitwa Sterne arctique (1 Abakorinto 13:7)
Ubwoko bw’inyoni yitwa Vanneaux huppé (Abaheburayo 10:39)
Ibiti vy’iminyinya (Abanyefeso 6:13)
9:15 Bana, ukwihangana kwanyu kuratuma Yehova anezerwa (Imigani 27:11)
9:50 Ururirimbo No. 135 n’isengesho ryo gusozera