ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • CO-pgm21 rup. 2-3
  • Ku wa gatanu

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ku wa gatanu
  • Programa y’ihwaniro ryo mu 2021
  • Ivyo bijanye
  • Ku wa mungu
    Programa y’ihwaniro ryo mu 2021
  • Ku wa gatandatu
    Programa y’ihwaniro ryo mu 2021
  • Ku wa gatanu
    Programa y’ihwaniro ryo mu 2022
  • Ku wa gatanu
    Programa y’ihwaniro ryo mu 2019
Ibindi
Programa y’ihwaniro ryo mu 2021
CO-pgm21 rup. 2-3
Amafoto: 1. Nowa ari mw’ishamba afise ishoka, akaba ariko araba hejuru mu biti birebire cane. 2. Ukuntu isi, inyenyeri n’izuba biboneka biri mu kirere. 3. Ukuntu igifi c’ikimizi n’icana caco biboneka biri mu mazi.

Ku wa gatanu

“Twongerereze ukwizera”​—Luka 17:5

MU GITONDO

  • 2:20 Ividewo y’umuziki

  • 2:30 Ururirimbo No. 5 n’isengesho

  • 2:40 IJAMBO RY’UMUHAGARIKIZI: Ukwizera gukomeye ku rugero rungana iki? (Matayo 17:19, 20; Abaheburayo 11:1)

  • 3:10 INSIGURO Y’IBICE BINE: Igituma twizera . . .

    • • Ko Imana ibaho (Abanyefeso 2:1, 12; Abaheburayo 11:3)

    • • Ijambo ry’Imana (Yesaya 46:10)

    • • Ingingo ngenderwako z’Imana (Yesaya 48:17)

    • • Ko Imana idukunda (Yohani 6:44)

  • 4:05 Ururirimbo No. 37 n’amatangazo

  • 4:15 IGIKINO CO KWUMVIRIZA: Nowa: Ukwizera kwaratumye agamburuka (Itanguriro 6:1–8:22; 9:8-16)

  • 4:45 ‘Mugire ukwizera kandi ntimukekeranye’ (Matayo 21:21, 22)

  • 5:15 Ururirimbo No. 118 n’akaruhuko

KU MUHINGAMO

  • 6:15 Ividewo y’umuziki

  • 6:25 Ururirimbo No. 2

  • 6:30 INSIGURO Y’IBICE BITANDATU: Niwihweze ivyaremwe kugira ukomeze ukwizera kwawe

    • • Inyenyeri (Yesaya 40:26)

    • • Amabahari (Zaburi 93:4)

    • • Amashamba (Zaburi 37:10, 11, 29)

    • • Umuyaga n’amazi (Zaburi 147:17, 18)

    • • Ibikoko vyo mu mazi (Zaburi 104:27, 28)

    • • Umubiri wacu (Yesaya 33:24)

  • 7:30 Ururirimbo No. 148 n’amatangazo

  • 7:40 Ibikorwa vy’ububasha vya Yehova birakomeza ukwizera kwacu (Yesaya 43:10; Abaheburayo 11:32-35)

  • 8:00 INSIGURO Y’IBICE BITANU: Niwigane abagaragaje ukwizera, ntiwigane abatakugaragaje

    • • Niwigane Abeli, ntiwigane Kayini (Abaheburayo 11:4)

    • • Niwigane Henoki, ntiwigane Lameki (Abaheburayo 11:5)

    • • Niwigane Nowa, ntiwigane ababanyi biwe (Abaheburayo 11:7)

    • • Niwigane Musa, ntiwigane Farawo (Abaheburayo 11:24-26)

    • • Niwigane abigishwa ba Yezu, ntiwigane Abafarizayo (Ivyakozwe 5:29)

  • 8:55 “Gume musuzuma yuko muri mu kwizera” ​​—Mwobigira gute? (2 Abakorinto 13:5, 11)

  • 9:30 Ururirimbo No. 119 n’isengesho ryo gusozera

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika