ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • w07 15/3 rup. 3
  • Twoba dukwiye gutinya ukuza kwa Kristu?

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Twoba dukwiye gutinya ukuza kwa Kristu?
  • Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2007
  • Ivyo bijanye
  • Kristu azoza mu buhe buryo?
    Inyishu z’ibibazo bishingiye kuri Bibiliya
  • Ivyo ukuza kwa Kristu kuzorangura
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2007
  • Yezu aje azanye indemesho
    Ivyahishuwe: Insozero yavyo ininahaye iregereje!
  • Ivyahishuwe birakuraba
    Ivyahishuwe: Insozero yavyo ininahaye iregereje!
Ibindi
Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2007
w07 15/3 rup. 3

Twoba dukwiye gutinya ukuza kwa Kristu?

WUMVISE ukuza kwa Kristu uca ubona iki? Woba uca ubona umusi w’ivyago, w’agatikizo canke w’igihano? Canke woba witeze ko ukwo kuza kwiwe kuzotuma ingorane zose dufise zihera? Twoba dukwiye gutinya ukuza kwa Kristu? Canke twoba dukwiye kukwitegana umushasharo?

Ku bijanye n’ukuza kwa Kristu, Bibiliya ivuga iti: “Eh’arazanana n’ibicu, kand’ijisho ryose rizomwibonera, . . . kand’amoko yose yo mw isi azoborogeshwa na we” (Ivyahishuriwe 1:7). Ukwo kuza kwerekeza ku gihe Yezu azoza kugira ngo ahe impera abagororotsi yongere ahane abanyakibi.

Intumwa Yohani ntiyatinya ukwo kuza kwa Kristu, ahubwo riho yari akwiteganye umushasharo. Amaze guhishurirwa ibijanye n’ukwo kuza be n’ico kuzomarira isi, yasenganye ubwira ati: “Urakaza, Mwami Yesu” (Ivyahishuriwe 22:20). Ni kubera iki none “amoko yose yo mw isi azoborogeshwa na we”? Ni mu buryo ki “ijisho ryose” rizomwibonera? Ukuza kwa Kristu kuzorangura iki? Kwizera ukwo kuza bishobora gute kutugirira akamaro muri iki gihe? Ikiganiro gikurikira kirishura ivyo bibazo.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika