Ivyigwa vyanje vya Bibiliya
ABANA BATARENZA IMYAKA 3
Ni nde yaremye isi?
Ni nde yaremye ikiyaga?
Ni nde yaremye wewe na jewe?
Ni nde yaremye ikinyugunyugu n’amababa yaco y’amabara meza?
Yehova Imana yaremye vyose Ivyahishuwe 4:11
KORA IBI
Igisha umwana wawe:
Imana yitwa nde?
Yehova aba hehe?
Yaremye ibiki?
Saba umwana wawe yerekane:
Inyenyeri
Ibicu
Izuba
Ubwato
Isi
Inzu
Ikiyaga
Ikinyugunyugu