ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • wp16 no. 1 rup. 16
  • Bibiliya ibivugako iki?

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Bibiliya ibivugako iki?
  • Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro ya bose)—2016
  • Udutwe
  • Ivyo bijanye
  • Bigenda gute iyo dupfuye?
  • Abapfuye boba bazosubira kubaho?
  • Bigenda gute iyo upfuye?
    Inyishu z’ibibazo bishingiye kuri Bibiliya
  • Bigenda Gute Iyo Umuntu Apfuye?
    Urashobora Kuba Umukunzi w’Imana!
  • Ikibazo ca 2: Bizongendera gute ninapfa?
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2012
  • Iyo umuntu apfuye aja he?
    Bibiliya itwigisha iki?
Ibindi
Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro ya bose)—2016
wp16 no. 1 rup. 16
Ishurwe riri ku mva

BIBILIYA IBIVUGAKO IKI?

Bigenda gute iyo dupfuye?

ABANTU BAMWE BAVUGA ko iyo umuntu apfuye adapfa ngo ahere, abandi na bo bakavuga ko umuntu apfuye atazosubira kubaho. Wewe ubivugako iki?

ICO BIBILIYA IVUGA

“Abapfuye, nta co bazi namba.” (Umusiguzi 9:5) Iyo dupfuye ntituba tukiri bazima.

IBINDI BIBILIYA IVUGA

  • Umuntu wa mbere Adamu igihe yapfa yasubiye mu mukungugu. (Itanguriro 2:7; 3:19) N’abandi bose bapfuye basubira mu mukungugu.​—Umusiguzi 3:19, 20.

  • Umuntu apfuye ntaba agiharurwako ibicumuro yakoze. (Abaroma 6:7) Amaze gupfa nta kindi gihano ahabwa.

Abapfuye boba bazosubira kubaho?

WOKWISHURA GUTE?

  • Ego

  • Oya

  • Kumbure

ICO BIBILIYA IVUGA

“Hagiye kubaho izuka.”​—Ivyakozwe 24:15.

IBINDI BIBILIYA IVUGA

  • Bibiliya kenshi igereranya urupfu n’itiro. (Yohani 11:11-14) Imana irashobora kuzura abapfuye, nka kurya nyene twebwe dushobora kuvyura umuntu asinziriye.​—Yobu 14:13-15.

  • Bibiliya irimwo inkuru z’abantu batari bake bazutse. Ivyo biratwereka neza ko abapfuye bazozuka.​—1 Abami 17:17-24; Luka 7:11-17; Yohani 11:39-44.

Ushaka ayandi makuru, raba ikigabane ca 6 c’iki gitabu, Mu vy’ukuri Bibiliya yigisha iki?, casohowe n’Ivyabona vya Yehova

Kiraboneka no kuri www.pr418.com

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika