Intangamarara
UVYIBAZAKO IKI?
Woba vy’ukuri ushobora kwungukira kuri aya majambo amenyerewe?
“Imana yakunze isi cane ku buryo yatanze Umwana wayo w’ikinege”—Yohani 3:16.
Uwu Munara w’Inderetsi urerekana ingene ushobora kwungukira ku rupfu rwa Yezu.
Nta videwo ihari.
Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.