ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • wp16 no. 4 rup. 16
  • Bibiliya ibivugako iki?

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Bibiliya ibivugako iki?
  • Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro ya bose)—2016
  • Udutwe
  • Ivyo bijanye
  • Idini yoba yazanywe n’abantu?
  • Vyoba bikenewe ko umuntu aja mw’idini kanaka?
  • Idini
    Be maso!—2014
  • Vyoba ari ngombwa ko umuntu aja mw’idini?
    Inyishu z’ibibazo bishingiye kuri Bibiliya
  • Nomenya gute idini ry’ukuri?
    Inyishu z’ibibazo bishingiye kuri Bibiliya
  • Uburyo bwo gusenga bushimwa n’Imana
    Mu vy’ukuri Bibiliya yigisha iki?
Ibindi
Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro ya bose)—2016
wp16 no. 4 rup. 16
Umuryango uriko uritegereza insengero zitandukanye

Bibiliya ibivugako iki?

Idini yoba yazanywe n’abantu?

ABANTU BAMWE BAVUGA ko idini yazanywe n’abantu, abandi bakavuga ko Imana ikoresha idini kugira ifashe abantu kuyiyegereza. Wewe ubivugako iki?

ICO BIBILIYA IVUGA

Hariho “idini itunganye itagira agasembga imbere y’Imana Data wa twese.” (Yakobo 1:27, Bibiliya Yera) Idini y’ukuri kandi ityoroye iva ku Mana.

IBINDI BIBILIYA IVUGA

  • Idini ishimwa n’Imana itegerezwa kuba yisunga ukuri kwo muri Bibiliya.​—Yohani 4:23, 24.

  • Amadini yisunga ivyiyumviro vy’abantu nta co amaze.​—Mariko 7:7, 8.

Vyoba bikenewe ko umuntu aja mw’idini kanaka?

WOKWISHURA GUTE?

  • Ego

  • Oya

  • Bivana

ICO BIBILIYA IVUGA

“Twiyumvirane kugira tuvyuriranire ugukundana n’ibikorwa vyiza, tudaheba kwa gukoranira hamwe kwacu.” (Abaheburayo 10:24, 25) Imana ishaka ko abayisenga bakoranira hamwe bagize umugwi utunganijwe neza.

IBINDI BIBILIYA IVUGA

  • Abakoranira hamwe mu gusenga Imana bakwiye kuba bemera bimwe.​—1 Abakorinto 1:10, 11.

  • Abari mw’idini ishimwa n’Imana bagize umuryango ukwiye kw’isi yose.​—1 Petero 2:17.

Ushaka ayandi makuru, raba ikigabane ca 15 c’igitabu Mu vy’ukuri Bibiliya yigisha iki?, casohowe n’Ivyabona vya Yehova

Kiraboneka no kuri www.pr418.com

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika