Intangamarara
UVYIBAZAKO IKI?
Nka hamwe umuntu yokubaza ingene ijuru rimeze, wokwishura gute?
Yezu yoducira agace, kuko yavuze ati: “Jewe ndi uwo mu turere two hejuru.”—Yohani 8:23.
Uwu Munara w’Inderetsi uravuga ivyo Yezu na Se wiwe bahishuye ku vyerekeye ijuru.