ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • km 5/99 rup. 7
  • Woba Uzovyitaba?

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Woba Uzovyitaba?
  • Igikorwa dukorera Ubwami—1999
  • Ivyo bijanye
  • Woba Ushima Ibintu Vyeranda?
    Igikorwa dukorera Ubwami—2000
  • Wewe Ni Ho Uzoba Uri?
    Igikorwa dukorera Ubwami—2000
  • Ya Materaniro y’Intara yo mu 1999 Yataziriwe ngo “Ijambo ry’Ubuhanuzi ry’Imana”
    Igikorwa dukorera Ubwami—1999
  • Ihwaniro ry’intara ry’Ivyabona vya Yehova ryo mu 2006 ryataziriwe ngo “Igihe co kurokorwa kiregereje”
    Igikorwa dukorera Ubwami—2005
Ibindi
Igikorwa dukorera Ubwami—1999
km 5/99 rup. 7

Woba Uzovyitaba?

Kwitaba ibiki? Ni ukwitaba ibiringo vyo ku wa Gatanu vy’Iteraniro ry’Intara ryo mu 1999 ryataziriwe ngo “Ijambo ry’Ubuhanuzi ry’Imana.” Ku mwaka uheze, mu karere k’ishami rya Kenya, igitigiri gikuru c’abari bitavye iteraniro ku w’Iyinga casumbije abantu 8 318 ic’abaryitavye ku wa Gatanu. Ivyo bisobanura ko abarenga ibice 15 kw’ijana bo mu baryitavye ku w’Iyinga bose bahomvye nk’ica gatatu ca porogarama y’iryo teraniro. Mu mihingo imwimwe, abagera ibice 20 kw’ijana barahomvye hafi ica gatatu c’iyo porogarama. Woba uzotunganya ivyawe kugira ngo uzobe ari ho uri mu misi itatu yose iteraniro ryo mu 1999 rizomara? Turavyizigiye.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika