ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • km 10/13 rup. 3
  • Uzokora iki hari umusi mukuru?

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Uzokora iki hari umusi mukuru?
  • Igikorwa dukorera Ubwami—2013
  • Ivyo bijanye
  • Kubera iki Ivyabona vya Yehova badahimbaza imisi mikuru imwimwe?
    Ibibazo bikunze kubazwa ku bijanye n’Ivyabona vya Yehova
  • Nushikame ku gusenga kw’ukuri
    Mu vy’ukuri Bibiliya yigisha iki?
  • Imisi mikuru yose yoba ihimbara Imana?
    Urashobora kwiberaho ibihe bidahera—Ivyigwa bishingiye kuri Bibiliya
  • Nusenge Imana mu kuri
    Bibiliya itwigisha iki?
Ibindi
Igikorwa dukorera Ubwami—2013
km 10/13 rup. 3

Uzokora iki hari umusi mukuru?

Kubera ko abantu benshi baba bari i muhira igihe haba hari umusi mukuru w’ivy’idini canke wa Leta, akenshi usanga ivyo bihe ari vyiza kugira ngo tugire uruhara mu busuku. Amashengero aremeshwa kugira intunganyo zidasanzwe ku bwo gushinga intahe ku musi mukuru. Nimba muri ico gihe benshi mu cibare baryamira, vyoba vyiza hagize igihindurwa ku mwanya ikoraniro ryo gusohoka mu ndimiro riberako. Harakwiye gushikirizwa itangazo mw’Ikoraniro ry’umurimo rimenyesha ishengero intunganyo zidasanzwe zose zagizwe ku bwo gushinga intahe ku musi mukuru maze abo bose babishoboye bakaremeshwa kugira uruhara mu busuku. Ego ni ko, umusi mukuru uraturonsa akaryo ko kuruhuka no kwitwararika udukorwa twacu. Ariko ntivyoba vyiza none dufashe igice c’uwo musi tukagikoresha mu busuku? Gutyo uzoshobora kwumva uruhuriwe kubera uzoba wagize uruhara mu murimo mweranda.—Mat. 11:29, 30.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika