UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | ZABURI 142-150
“Yehova arahambaye kandi ni uwo gushemezwa rwose”
Dawidi amaze kubona ko ubukuru bwa Yehova butagira akarimbi, vyatumye yipfuza kumushemeza ibihe bidahera
Cokimwe na Dawidi, abasavyi ba Yehova b’intahemuka baripfuza kwama bayaga ibikorwa vyiwe vy’inkomezi
Dawidi yaremera adakeka ko Yehova yipfuza kandi ashoboye kwitwararika abasavyi biwe bose