ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb18 Nzero rup. 5
  • Mureke kwiganyira

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Mureke kwiganyira
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
  • Ivyo bijanye
  • Woba uvyibuka?
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2016
  • «Mubumbwe n’ibintu mufise ubu»
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
  • Urashobora gukorera Yehova naho abavyeyi batoba barakubereye akarorero keza
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
  • Yezu yarakunda abantu
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
mwb18 Nzero rup. 5

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

Mureke kwiganyira

Inyoni; amashurwe

Muri ya Nsiguro yo ku Musozi, Yezu yavuze ati: “Mureke kuganyira ubuzima bwanyu.” (Mt 6:25) Muri iyi si ya Shetani usanga ari ibisanzwe ko twebwe abantu buntu twiganyira. Ariko rero Yezu yashaka kwigisha abayoboke biwe ko badakwiye kwiganyira birenze. (Img 12:25) Kubera iki? Kubera ko kwiganyira birenze, n’iyo vyoba vyerekeye ivyo dukenera buri musi, bishobora kudusamaza maze bikarushiriza kutugora gushira Ubwami mu kibanza ca mbere. (Mt 6:33) Ivyo Yezu aca avuga mu mirongo ikurikira biradufasha kureka kwiganyira birenze.

  • Mt 6:26​—Kwihweza inyoni bishobora kutwigisha iki? (w16.07 9-10 ing. 11-13)

  • Mt 6:27​—Kubera iki kwiganyira birenze ari ugutakaza umwanya n’inguvu? (w05 1/11 22 ing. 5)

  • Mt 6:28-30​—Ni icigwa ikihe twokura ku mashurwe y’amalisi yo mw’itongo? (w16.07 10-11 ing. 15-16)

  • Mt 6:31, 32​—Abakirisu batandukaniye he n’abantu bo mu mahanga? (w16.07 11 ing. 17)

Nipfuza kureka kwiganyira mu biki?

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika