ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb18 Ruhuhuma rup. 2
  • Ibigereranyo vyerekeye Ubwami n’ico bitwigisha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ibigereranyo vyerekeye Ubwami n’ico bitwigisha
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
  • Ivyo bijanye
  • ‘Nimwumvirize kandi mutegere insobanuro’
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2014
  • Umuco uguma urushiriza gukayangana
    Igitabu c’umwaka c’Ivyabona vya Yehova 2016
  • «Nta kintu yababwira adakoresheje ikigereranyo»
    “Ingo unkurikire”
  • Ibigereranyo vyerekeye Ubwami
    Yezu ni inzira, ukuri n’ubuzima
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
mwb18 Ruhuhuma rup. 2

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

Ibigereranyo vyerekeye Ubwami n’ico bitwigisha

Yezu yakoresha ibigereranyo bisanzwe kugira ngo yigishe ivyigwa vyimbitse vyo mu vy’impwemu. Ariko rero abantu bicisha bugufi ni bo bonyene barondera gutahura no gushira mu ngiro ivyo yigisha. (Mt 13:10-15) Kuri kimwekimwe muri ibi bigereranyo vy’Ubwami, niwishure ibi bibazo: Nokwungukira gute kuri iki kigereranyo? Gikwiye gutuma nkoresha gute ubuzima bwanje?

Agatete ka sinapi, umwambiro, itunga, umudandaza w’ingenzi

UBWAMI BWO MW’IJURU BUMEZE . . .

  • “nk’agatete ka sinapi.”​—Mt 13:31, 32; w14 15/12 8 ing. 9.

  • “nk’umwambiro.”​—Mt 13:33; w14 15/12 9-10 ing. 14-15.

  • “nk’itunga” be n’“umudandaza w’ingenzi.”​—Mt 13:44-46; w14 15/12 10 ing. 18.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika