ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb18 Mukakaro rup. 8
  • Kubera iki bihambaye ko tuguma ata ho duhengamiye? (Mk 4:2)

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Kubera iki bihambaye ko tuguma ata ho duhengamiye? (Mk 4:2)
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
  • Ivyo bijanye
  • Kutagira aho duhengamiye bisobanura iki?
    Urashobora kwiberaho ibihe bidahera—Ivyigwa bishingiye kuri Bibiliya
  • Tugume ata ho duhengamiye mw’isi yiciyemwo ibice
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2016
  • “Si Ab’Isi”
    Abahurikiye hamwe mu gusenga Imana imwe nsa y’ukuri
  • “S’Ab’Isi”
    Senga Imana yonyene y’ukuri
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
mwb18 Mukakaro rup. 8
Ivyabona bo mu moko atandukanye bariko bararamukanya ku Ngoro y’Ubwami

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

Kubera iki bihambaye ko tuguma ata ho duhengamiye? (Mk 4:2)

Umugani w’Umusamariya w’imbabazi uratwibutsa ko Yehova atagira nkunzi kandi ko yipfuza yuko “dukorer[a] iciza bose” ushizemwo n’abo tutanganya uburyo, abo tudasangiye ubwenegihugu, ubwoko, ibara ry’urukoba canke idini.​—Gl 6:10; Ivk 10:34.

NIMURABE IVIDEWO IVUGA NGO KUBERA IKI BIHAMBAYE KO TUGUMA ATA HO DUHENGAMIYE? (MK 4:2), MUCE MWISHURA IBI BIBAZO:

  • Twemezwa n’iki ko ibivugwa muri Mika 4:2 biriko biraba mu basavyi b’Imana muri iki gihe?

  • Kubera iki bihambaye ko tuguma ata ho duhengamiye?

  • Mu Vyahishuwe 13:16, 17, herekana gute ko abanyepolitike bagerageza kwosha ivyiyumviro vyacu be n’ivyo dukora?

Amakuru; urukino rw’umupira w’amaguru; umunyapolitike

Ni ibintu bitatu ibihe vyobangamira impagararo yacu yo kutagira aho duhengamiye?

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika