ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb19 Ntwarante rup. 6
  • “Akambiro gakeyi kambira irobe ryose”

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • “Akambiro gakeyi kambira irobe ryose”
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2019
  • Ivyo bijanye
  • Igituma guca umuntu mw’ishengero ari intunganyo iranga urukundo
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2015
  • Igihe uwawe ahevye Yehova
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2021
  • Turagaragaza urukundo mu gushigikira indero Yehova atanga
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2020
  • Ingene twofata uwaciwe mw’ishengero
    “Mwigumize mu rukundo rw’Imana”
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2019
mwb19 Ntwarante rup. 6
Umugore yaciwe asohotse ingoro y’Ubwami ikoraniro riheze; ariko yihweza abavukanyi na bashiki bacu bariko barayaga

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | 1 ABAKORINTO 4-6

“Akambiro gakeyi kambira irobe ryose”

5:1, 2, 5-11, 13

Twovuga gute ko guca umucumuzi mw’ishengero ari intunganyo iranga urukundo, uzi n’ingene bitera umubabaro mwinshi?

Guca umucumuzi mw’ishengero birerekana ko dukunda . . .

  • Yehova kuko bituma izina ryiwe ryeranda ritandura.​—1Pt 1:15, 16

  • ishengero kuko birikingira akosho kabi.​—1Kr 5:6

  • uwacumuye kuko bimufasha kwikubita agashi.​—Heb 12:11

Woshigikira gute imiryango irimwo uwaciwe?

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika