ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb19 Rusama rup. 6
  • “Naramurwanije amaso mu yandi”

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • “Naramurwanije amaso mu yandi”
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2019
  • Ivyo bijanye
  • Woba uvyibuka?
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2018
  • Yehova aritwararikana
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
  • Woba uvyibuka?
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2018
  • Nuhitemwo neza uwo muzokwubakana
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2019
mwb19 Rusama rup. 6
Paulo ariko ararwanya Petero amaso mu yandi abantu barorera

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | ABAGALATIYA 1-3

“Naramurwanije amaso mu yandi”

2:11-14

Iyi nkuru ishira ahabona gute ibi vyigwa?

  • Dutegerezwa kugira umutima rugabo.​—w18.03 31-32 ing. 16

  • Gutinya abantu ni umutego.​—w17.04 27 ing. 16

  • Abasavyi ba Yehova, ushizemwo n’abaja imbere abandi, ntibatunganye.​—w10 15/6 17-18 ing. 12

  • Dukwiye kuguma twihata kugira turandurane n’imizi agatima ko kwinuba abandi.​—w18.08 9 ing. 5

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika