UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | ABAHEBURAYO 7-8
“Umuherezi ibihe vyose mu buryo bwa Melekisedeki”
Ni mu buryo ubuhe Melekisedeki yagereranya Yezu?
7:1—Yari umwami akaba n’umuherezi
7:3, 22-25—Nta cerekana ko hari uwamubanjirije canke uwamusubiriye
7:5, 6, 14-17—Yari umuherezi yagenywe bitavuye ku muryango akomokamwo
Ubuherezi bwa Kristu buruta gute ubuherezi bwa Aroni? (it-1-F 1008 ing. 8-9)