ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb21 Nzero rup. 2
  • Nugume udahumanye mu nyifato runtu

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Nugume udahumanye mu nyifato runtu
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
  • Ivyo bijanye
  • Nubandanye kwerekana ko ukunda Yehova cane
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
  • Yehova araha intoranwa abasavyi biwe
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
  • Ingene twungukira ku misi mikuru y’ibiringo
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
  • Woba uvyibuka?
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2019
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
mwb21 Nzero rup. 2
Umunega akaba na sebibondo ahishije amaso orodinateri yiwe yashishwe agaca ayugara ningoga.

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Nugume udahumanye mu nyifato runtu

Yehova yiteze ko tugira inyifato itandukanye n’iy’abantu bo muri iyi si (Lw 18:3; w19.06 27 ing. 10)

Yehova ariyamiriza ibicumuro nk’ukugoka, ukuryamana kw’abasangiye ibitsina n’ukuryamana n’ibikoko (Lw 18:6, 22, 23; w17.02 20 ing. 13)

Yehova agiye gukuraho ino si yahumanye idukikuje (Lw 18:24, 25; Img 2:22; w14 1/7 7 ing. 2)

Shetani ntashaka ko twinjira mw’isi nshasha y’Imana. Ariko ingingo ngenderwako za Yehova zirashobora kudukingira imitego iyo ari yo yose ya Shetani.

Twokwereka gute Yehova ko twanka ubuhumbu?

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika