ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb21 Ntwarante rup. 10
  • “Ni jewe . . . intoranwa yawe”

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • “Ni jewe . . . intoranwa yawe”
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
  • Ivyo bijanye
  • Ukuntu Yehova ayobora abasavyi biwe
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
  • Niwirinde ubwibone no kwiyizigira birenze urugero
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
  • Yehova ni we muturi wanje
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2011
  • Nugume usaba Yehova ubuyobozi
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
mwb21 Ntwarante rup. 10

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

“Ni jewe . . . intoranwa yawe”

Yehova yarateye agateka k’umurimo kadasanzwe abaherezi n’Abalewi (Gh 18:6, 7)

Abo mu muryango wa Lewi nta tongo baronse ariko Yehova ni we yari intoranwa yabo (Gh 18:20, 24; w11 15/9 13 ing. 9)

Abagize iryo hanga baratanga ic’icumi c’ivyo bimbuye kugira bashigikire Abalewi n’abaherezi (Gh 18:21, 26, 27; w11 15/9 7 ing. 4)

Yehova yari yasezeraniye abaherezi n’Abalewi kubaronsa ibintu nyamukuru bokeneye vy’umubiri. Na twebwe turashobora kwizigira ko Yehova azodushigikira nitwagira ivyo duhevye kugira tumukorere.

Udufoto: Yehova araronsa abasavyi biwe ivyo bakeneye mu vy’umubiri. 1. Mushiki wacu ariko arashira amahera mw’ibahasha. 2. Ya bahasha iri munsi y’urugi. 3. Inabibondo yireranye abana agumbiriye agakobwa kiwe yongera araba amahera ari muri ya bahasha.
    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika