ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb21 Mukakaro rup. 4
  • Ingene Itegeko ryagaragaza ko Yehova yitwararika abakene

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ingene Itegeko ryagaragaza ko Yehova yitwararika abakene
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
  • Ivyo bijanye
  • Ingingo ngenderwako zijanye no guca imanza mu bugororotsi
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
  • Igikorwa c’Abalewi
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
  • Ukuntu Yehova ashaka ko tumusenga
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
  • Kurenga kw’itegeko ry’Imana birakwega ingorane
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
mwb21 Mukakaro rup. 4
Udufoto: 1. Umwisirayeli ararekuye umushumba wiwe w’Umuheburayo kugira yidegemvye. 2. Umugabo ahaye uwundi mugabo umuzingo umatanishijwe ishashara.

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Ingene Itegeko ryagaragaza ko Yehova yitwararika abakene

Ihanga rya Isirayeli ryarafasha abakene n’abatari bafise intoranwa (Gus 14:28, 29; it-1 648 ing. 5)

Mu mwaka w’Isabato, Abisirayeli baba baheranye amahera ‘baraheberwa’ imyenda yabo (Gus 15:1-3; it-2 843)

Igihe Umwisirayeli yaba yarigurishije, shebuja yaramureka akidegemvya mu mwaka ugira indwi w’ubushumba, akagira n’ivyo amutekereye (Gus 15:12-14; it-1 794 ing. 2)

NIWIBAZE UTI: ‘Ni mu buryo buboneka ubuhe nokwerekana ko nitwararika abakirisu bari n’ivyo bakeneye?’

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika