Debora ariko aremesha Baraki gufasha abasavyi b’Imana
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
Yehova akoresha abagore babiri mu kurokora abasavyi biwe
Umwansi ateye ubwoba yariko arahahaza Abisirayeli (Abc 4:3; 5:6-8; w15 1/8 12 ing. 6))
Yehova yarahagurukije Debora kugira afashe abasavyi biwe (Abc 4:4-7; 5:7; w15 1/8 13 ing. 1; raba ishusho iri ku gipfukisho)
Yehova yarakoresheje Yayeli mu kwica Sisera (Abc 4:16, 17, 21; w15 1/8 15 ing. 2)
Iyi nkuru yerekana gute ko Yehova aha agaciro abagore?