ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb22 Ntwarante rup. 10-11
  • Urutonde rw’ugusoma Bibiliya kw’Icibutso 2022

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Urutonde rw’ugusoma Bibiliya kw’Icibutso 2022
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
  • Udutwe
  • Ivyo bijanye
  • Ku wa gatandatu, 9 Ndamukiza
  • Ku wa Mungu, 10 Ndamukiza
  • Ku wa mbere, 11 Ndamukiza
  • Ku wa kabiri, 12 Ndamukiza
  • Ku wa gatatu, 13 Ndamukiza
  • Ku wa kane, 14 Ndamukiza
  • Ku wa gatanu, 15 Ndamukiza
  • Icibutso (Izuba Rirenze)
  • Ku wa gatandatu, 16 Ndamukiza
  • Ku wa mungu, 17 Ndamukiza
  • Ku wa mbere, 18 Ndamukiza
  • Urutonde rw’ugusoma Bibiliya kw’Icibutso 2025
    Agatabu k’ikoraniro ry’ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—2025
  • Urutonde rw’ugusoma Bibiliya kw’Icibutso 2023
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
  • Urutonde rw’ugusoma Bibiliya kw’Icibutso 2024
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2024
  • B12-B Indwi ya nyuma Yezu yamaze kw’isi (Igice ca 2)
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
mwb22 Ntwarante rup. 10-11

Urutonde rw’ugusoma Bibiliya kw’Icibutso 2022

Ku wa gatandatu, 9 Ndamukiza

IZUBA RISERUTSE

IZUBA RIRENZE (uwa 8 Nisani utanguye)

  • Yohani 11:55–12:1

Ku wa Mungu, 10 Ndamukiza

Mariya ariko asuka amavuta amota neza ku mutwe wa Yezu igihe yicaye ku meza.

IZUBA RISERUTSE

IZUBA RIRENZE (uwa 9 Nisani utanguye)

  • Matayo 26:6-13

  • Mariko 14:3-9

  • Yohani 12:2-11

Yezu ni inzira, ikig. 101

Ku wa mbere, 11 Ndamukiza

Yezu ari ku ndogobwa. Isinzi rirasasa impuzu n’amashami y’ibigazi mw’ibarabara.

IZUBA RISERUTSE

  • Matayo 21:1-11, 14-17

  • Mariko 11:1-11

  • Luka 19:29-44

  • Yohani 12:12-19

Yezu ni inzira, ikig. 102

IZUBA RIRENZE (uwa 10 Nisani utanguye)

Ku wa kabiri, 12 Ndamukiza

Yezu ariko arahenura amameza y’abakaba amahera ku rusengero.

IZUBA RISERUTSE

  • Matayo 21:12, 13, 18, 19

  • Mariko 11:12-19

  • Luka 19:45-48

  • Yohani 12:20-50

Yezu ni inzira, ikig. 103-104

IZUBA RIRENZE (uwa 11 Nisani utanguye)

Ku wa gatatu, 13 Ndamukiza

Yezu n’intumwa ziwe bariko bitegereza umupfakazi w’umworo ariko atiburira uduceri tubiri mu gasandugu k’ishikaniro ku rusengero.

IZUBA RISERUTSE

  • Matayo 21:19–25:46

  • Mariko 11:20–13:37

  • Luka 20:1–21:38

Yezu ni inzira, ikig. 105-114

IZUBA RIRENZE (uwa 12 Nisani utanguye)

Ku wa kane, 14 Ndamukiza

Yuda Isikariyoti ariko agirana umugambi mubi n’indongozi z’idini.

IZUBA RISERUTSE

  • Matayo 26:1-5, 14-16

  • Mariko 14:1, 2, 10, 11

  • Luka 22:1-6

Yezu ni inzira, ikig. 115

IZUBA RIRENZE (uwa 13 Nisani utanguye)

Ku wa gatanu, 15 Ndamukiza

Icibutso (Izuba Rirenze)

Yezu n’intumwa ziwe z’intahemuka bari ku meza mu gihe c’Imfungurwa z’Umukama zo ku mugoroba.

IZUBA RISERUTSE

  • Matayo 26:17-19

  • Mariko 14:12-16

  • Luka 22:7-13

IZUBA RIRENZE (uwa 14 Nisani utanguye)

  • Matayo 26:20-75

  • Mariko 14:17-72

  • Luka 22:14-65

  • Yohani 13:1–18:27

Yezu ni inzira, ikig. 116-126

Ku wa gatandatu, 16 Ndamukiza

Yezu amanitse ku giti co kubabarizwako, iruhande yiwe hari inkozi y’ikibi.

IZUBA RISERUTSE

  • Matayo 27:1-61

  • Mariko 15:1-47

  • Luka 22:66–23:56

  • Yohani 18:28–19:42

Yezu ni inzira, ikig. 127-133

IZUBA RIRENZE (uwa 15 Nisani utanguye)

Ku wa mungu, 17 Ndamukiza

Indongozi z’idini ziriko zirasaba ikintu Pilato.

IZUBA RISERUTSE

  • Matayo 27:62-66

ZUBA RIRENZE (uwa 16 Nisani utanguye)

  • Mariko 16:1

Ku wa mbere, 18 Ndamukiza

Abagore batangajwe no gusanga imva ya Yezu igaragara.

IZUBA RISERUTSE

  • Matayo 28:1-15

  • Mariko 16:2-8

  • Luka 24:1-49

  • Yohani 20:1-25

Yezu ni inzira, ikig. 134-135

IZUBA RIRENZE (uwa 17 Nisani utanguye)

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika