NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Ingene Twotanguza Ibiyago
Isekeza ryo gutanga ubutumire bw’Icibutso (19 Ntwarante–15 Ndamukiza)
“Turahimbawe no kugutumira ku musi uhambaye uzohimbazwa n’abantu amamiliyoni. Ni umusi wo kwibuka urupfu rwa Yezu.” Muhe agapapuro k’ubutumire canke ubumurungikire mu buhinga bwa none. “Ubu butumire burerekana umwanya n’ikibanza bizoberako hano iwacu [canke ingene ushobora kwitaba ubwo butumire ku buhinga bwa none]. Turagutumiye no ku nsiguro idasanzwe izotangwa mu mpera y’indwi y’imbere y’aho.”
Nimba yashimishijwe: Mwereke [canke murungikire] ividewo ivuga ngo Niwibuke urupfu rwa Yezu.
Ubukurikira: Ni kubera iki Yezu yapfuye?
Mugihuraa (1-18 Ntwarante, 16-30 Ndamukiza)
Ikibazo: Yezu yari nde?
Icanditswe: Mt 16:16
Ubukurikira: Ni kubera iki Yezu yapfuye?
Usubiyeyob
Ikibazo: Ni kubera iki Yezu yapfuye?
Icanditswe: Mt 20:28
Ubukurikira: Twokwerekana gute ko dukenguruka incungu Yezu yatanze?