ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb22 Nyakanga rup. 16
  • Ingene twotanguza ibiyago

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ingene twotanguza ibiyago
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
  • Udutwe
  • Ivyo bijanye
  • Isekeza ryo gutanguza inyigisho za Bibiliya (1-30 Nyakanga)
  • Mugihura
  • Usubiyeyo
  • Ingene twotanguza ibiyago
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
  • Ingene twotanguza ibiyago
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2019
  • Ingene twotanguza ibiyago
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2019
  • Ingene twotanguza ibiyago
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
mwb22 Nyakanga rup. 16
Udufoto: 1. Umugabo n’umugore bariko bashikiriza agatabu “Kwiberaho ibihe bidahera” umugabo umwe basanze ku muhana iwe. 2. Mushiki wacu ariko arakoresha ako gatabu mu kuyoborera inyigisho ya Bibiliya umugore umwe. 3. Umuvukanyi ariko arakoresha igitabu “Kwiberaho ibihe bidahera” mu kuyoborera inyigisho ya Bibiliya umuntu yakira amahera.

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

Ingene twotanguza ibiyago

Isekeza ryo gutanguza inyigisho za Bibiliya (1-30 Nyakanga)

Ikibazo: Kubaho ibihe bidahera vyoba bishoboka?

Icanditswe: Zb 37:29

Ubukurikira: Twoba vy’ukuri twokwizigira ivyo Bibiliya isezerana?

Mugihura

Ikibazo: Ni hehe twokura impanuro ngirakamaro zodufasha mu buzima bwa misi yose?

Icanditswe: 2Tm 3:16, 17

Ubukurikira: Kubera iki wokwizigira Bibiliya?

Usubiyeyo

Ikibazo: Kubera iki wokwizigira Bibiliya?

Icanditswe: Yb 26:7

Ubukurikira: Ni ibibazo bimwebimwe ibihe Bibiliya yishura?

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika