ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb23 Nzero rup. 12
  • Dukurikije ubuyobozi turaroranirwa

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Dukurikije ubuyobozi turaroranirwa
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
  • Ivyo bijanye
  • Impanuro iranga urukundo umuvyeyi aha umwana wiwe
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
  • Isandugu y’isezerano ni iki?
    Inyishu z’ibibazo bishingiye kuri Bibiliya
  • Ingene Itegeko ryagaragaza ko Yehova yitwararika ibikoko
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
  • Nugumane umunezero naho hoba hari ivyo udashoboye gushikako
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
mwb23 Nzero rup. 12
Umwami Dawidi ariko araririmba yongera atambana n’abandi b’Isirayeli igihe Abalewi bateruye isandugu y’isezerano.

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Dukurikije ubuyobozi turaroranirwa

Dawidi yipfuza kugarukana isandugu y’isezerano i Yeruzalemu (1Ng 13:3)

Igihe yareka iyo sandugu ikazanwa mu buryo butabereye, ntiyaroraniwe (1Ng 15:13; w03 1/5 10-11)

Dawidi yararoraniwe igihe yarondera ubuyobozi buva kuri Yehova (1Ng 15:2; 16:11; w03 1/5 11 ing. 13)

Yehova arabishima igihe tumukoreye tubitumwe n’imvo nziza. Ariko kugira yemere ivyo dukora, dutegerezwa gukurikiza ubuyobozi.​—Gus 30:16.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika