ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb23 Rusama rup. 10
  • Gukoranira hamwe biratugirira akamaro

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Gukoranira hamwe biratugirira akamaro
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
  • Ivyo bijanye
  • Yehova yakoresheje ubukerebutsi mu kugabura amatongo
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
  • Nukingire intoranwa yawe y’agaciro
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
  • Nube isoko ry’indemesho mu bihe vy’ingorane
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
  • Yehova araha intoranwa abasavyi biwe
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
mwb23 Rusama rup. 10

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Gukoranira hamwe biratugirira akamaro

Hezekiya yarateguye Pasika idasanzwe i Yeruzalemu (2Ng 30:1; it-1 1132 ing. 4)

Benshi barayitavye naho hari uruhamo (2Ng 30:10, 11, 13; it-1 1132 ing. 5)

Baragize umunezero mwinshi kandi baravyuriwe umutima wo gukorera Yehova (2Ng 30:25–31:1; it-1 1132 ing. 6-7)

Bashiki bacu babiri bariko bagumbirana baryohewe bari ku Ngoro y’Ubwami. Abitavye ikoraniro bose bambaye agapfukamunwa.

NIWIBAZE UTI: ‘Nungukira gute ku kwitaba amakoraniro n’amahwaniro amaso mu yandi naho mba ndi mu ngorane?’

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika