ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb23 Mukakaro rup. 6
  • ‘Ubwo nyene nca ndasenga’

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • ‘Ubwo nyene nca ndasenga’
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
  • Ivyo bijanye
  • Nehemiya yipfuza gukorera abandi, aho gukorerwa
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
  • ‘Nugume utsindisha ikibi iciza’
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2007
  • “Uze unyibuke, ewe Mana yanje, ungirire iciza”
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2011
  • Ibikurubikuru vyo mu gitabu ca Nehemiya
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2006
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
mwb23 Mukakaro rup. 6

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

‘Ubwo nyene nca ndasenga’

[Erekana ividewo ivuga Incamake y’igitabu ca Nehemiya.]

Nehemiya yarasenze imbere yo kwishura ikibazo umwami amubajije (Neh 2:2-4; w08 15/2 3 ing. 5)

Umwami yakiriye neza ivyo Nehemiya yasavye (Neh 2:5, 6)

Icabona w’umuyabaga ari mw’ishure akaba ariko asigurira umwigisha wiwe ivyo yemera abigiranye icubahiro. Ishure risharijwe n’amadarapo y’amabara y’umunywamazi mu gushigikira abubakana basangiye igitsina.

IVYO KUZIRIKANAKO: Twokora iki hamwe hogira uwudusaba gusigura ivyo twemera tutari tuvyiteze?​—be 177 ing. 4.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika