ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb23 Mukakaro rup. 10
  • ‘Umunezero Yehova atanga ni wo buhungiro bwanyu’

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • ‘Umunezero Yehova atanga ni wo buhungiro bwanyu’
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
  • Ivyo bijanye
  • Akanyamuneza ka Yehova
    Turirimbire Yehova
  • “Akanyamuneza ka Yehova”
    Turirimbire Yehova tunezerewe
  • Nube intahemuka kuri Yehova igihe uhitamwo abagenzi
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
  • Ingene wotuma inzira yawe iroranirwa
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
mwb23 Mukakaro rup. 10
Ezira afise umuzingo akaba ariko arashemeza Yehova imbere y’abantu.

Ezira ariko asomera abantu Itegeko yongera ashemeza Yehova

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

‘Umunezero Yehova atanga ni wo buhungiro bwanyu’

Abantu barakoraniye hamwe ngo bumvirize Ezira ariko asoma itegeko (Neh 8:1, 2; w13 15/10 21 ing. 2; raba ishusho yo ku gipfukisho)

Ico cari ikiringo c’umunezero mu gusenga Yehova, aho kuba ikiringo co kubabara kubera ibicumuro bakoze kera (Neh 8:9, 11, 12)

Umunezero Yehova atanga ni ubuhungiro bw’abasavyi biwe (Neh 8:10; w07 15/7 22 ing. 9-10)

Umugabo n’umugore bakiri bato bariko baraganira bahimbawe n’umugabo n’umugore bitereye mu myaka kw’ihwaniro ry’akarere.

NIWIBAZE UTI: ‘Naho mfise ingorane, ni imvo izihe ziboneka mfise zotuma nezerwa?’

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika