ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb23 Nyakanga rup. 2
  • Niwihatire kwifata ruto nka Esiteri

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Niwihatire kwifata ruto nka Esiteri
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
  • Ivyo bijanye
  • Icigwa mu bijanye no kuyaga neza
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
  • Yaraburaniye abasavyi b’Imana
    Niwigane ukwizera kwabo
  • Yakoranye ubukerebutsi, ubutwari, ata bwikunzi
    Niwigane ukwizera kwabo
  • Yakoranye ubukerebutsi, ubutwari n’umutima uzira ubwikunzi
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2012
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
mwb23 Nyakanga rup. 2
Esiteri yicaye hirya gato y’abandi bagore. Esiteri ariko arihweza utunyoni ku kidengeri c’amazi mu gihe abandi bagore batwawe no kwishariza. Umurinzi ariko arabihweza.

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Niwihatire kwifata ruto nka Esiteri

[Erekana ividewo ivuga Incamake y’igitabu ca Esiteri.]

Esiteri yari umugore mwiza cane (Est 2:7)

Esiteri yaguma yifashe ruto naho abandi bamuhayagiza bakamushemagiza (Est 2:​9, 15; w17.01 25 ing. 11; ia 130 ing. 15)

NIWIBAZE UTI: “Amajambo mvuga n’ivyo nkora bihishura iki ku kuntu mbona ibinyerekeye?”—w17.01 25 ing. 12.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika