ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb23 Nyakanga rup. 10
  • Igihe wumva ko bigoye cane kwihangana mu buzima

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Igihe wumva ko bigoye cane kwihangana mu buzima
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
  • Ivyo bijanye
  • Woba uvyibuka?
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2020
  • Ibikurubikuru vyo mu gitabu ca Yobu
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2006
  • “Niwizigire Yehova”
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2022
  • Yobu yari umuntu afise ukwihangana kandi w’intadohoka
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2006
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
mwb23 Nyakanga rup. 10

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Igihe wumva ko bigoye cane kwihangana mu buzima

Igihe Yobu yari mu bigeragezo, yagereranije ubuzima n’igikorwa c’umuruho (Yb 7:1; w06 15/3 14 ing. 10)

Amarushwa yarimwo yatumye aserura uko yiyumva adahisha (Yb 7:11)

Yaravuze mbere ko yipfuza gupfa (Yb 7:16; w20.12 16 ing. 1)

Umuvukanyi akiri muto ariko ariganira ukuntu yiyumva umugenzi wiwe ahumuye yaje kumuraba muhira.

Hamwe wokwumva bikugoye kwihangana mu buzima, nusukire Yehova ibiri mu mutima wawe mw’isengesho wongere wiganire uko wiyumva umugenzi ahumuye. Iyo yoshobora kuba intambwe ya mbere yotuma wumva uruhuriwe.—g 4/12 16-17.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika