ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • w23 Nzero rup. 32
  • Ingene wokwiyigisha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ingene wokwiyigisha
  • Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2023
  • Ivyo bijanye
  • Ingene Wokwiyigisha
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2023
  • Nurushirize kwizigira ishirahamwe rya Yehova
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2024
Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2023
w23 Nzero rup. 32

Ingene wokwiyigisha

Woba ukunda gusoma inkuru z’ubuzima z’abavukanyi na bashiki bacu?

Buri gitondo, umugabo umwe n’umugore wiwe barakunda gusoma inkuru y’ubuzima. Bavuga bati: “Ntiworaba ingene izo nkuru z’ubuzima zitunezereza cane kandi zikaturemesha! Ziratwibutsa ko na twebwe dushobora kuba intahemuka naho twoshikirwa n’iki.” Hari uwundi mushiki wacu yanditse ati: “Izo nkuru z’ubuzima ziraremesha zikongera zigakora ku mutima. Abavukanyi na bashiki bacu ntibapfisha ubusa ubuzima bwabo. Inkuru zabo ziratuma ndushiriza kugira umwete mu ndimiro no gufasha abana banje gukorera Yehova umurimo w’igihe cose.”

Inkuru z’ubuzima zirashobora kugufasha kwishingira imigambi myiza mu buzima, gutsinda ubugoyagoye, no kwihanganira ingorane zikomeye ubigiranye ubuntu n’umunezero. None wokura hehe izo nkuru z’ubuzima?

  • Kuri jw.org canke kuri JW Library®, nuje ahavuga ngo “Ibiza birasohoka,” uce uraba ahavuga ngo “Inkuru z’ubuzima z’Ivyabona vya Yehova.”

  • Kuri jw.org canke kuri ca Cegeranyo c’amayagwa yo mu bitabu vyacu (Watchtower Library), nuje aho kurondeza uce wandika ngo “Inkuru z’ubuzima z’Ivyabona vya Yehova.”

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika