ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • yb16 rup. 2-3
  • Icanditswe c’umwaka wa 2016

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Icanditswe c’umwaka wa 2016
  • Igitabu c’umwaka c’Ivyabona vya Yehova 2016
  • Ivyo bijanye
  • Twiyemeze kureka ‘urukundo rwacu rwa kivukanyi rubandanye’!
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2016
  • Urukundo Rwawe rwa Kivukanyi Nirubandanye!
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—1997
  • Ntureke ngo urukundo rwawe rukanye
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2017
  • «Mubandanye kugendera mu rukundo»
    Niwiyegereze Yehova
Ibindi
Igitabu c’umwaka c’Ivyabona vya Yehova 2016
yb16 rup. 2-3
Umuryango wakiriye muhira umugabo n’umugore babagendeye ugaca ubaha utuganuke

Icanditswe c’umwaka wa 2016

“Urukundo rwanyu rwa kivukanyi nirubandanye.”​—Abaheburayo 13:1

‘Benshi bazokwankana. Urukundo rwa benshi ruzokanya.’ (Mat. 24:10, 12) Ayo majambo ya Yezu yarerekanye ko imbere y’uko Yeruzalemu itikizwa mu 70 inyuma ya Kristu, abantu bobaye badakundana. Ariko abigishwa ba Kristu bobo bomenyekaniye ku rukundo bagaragaza. (Yoh. 13:35) Ese ukuntu abakirisu b’Abaheburayo b’i Yeruzalemu baremeshejwe no kwumva Paulo abakeza kubera urukundo rwabo rwa kivukanyi akongera akabahimiriza kuguma barugaragaza!

Isi ya Shetani yimirije gukurwaho. Cokimwe n’abavukanyi bo mu kinjana ca mbere, dukikujwe n’abantu bikunda, bakunda amahera n’ibinezereza ariko badakunda Imana na bagenzi babo. (2 Tim. 3:1-4) Yamara, urukundo rwa kivukanyi ruribonekeza mu Vyabona vya Yehova kw’isi yose. Ese twoninahaza Yehova, we Sôko ry’urukundo, mu kubandanya tugaragaza urukundo rwa kivukanyi!

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika