Itanguriro 34:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 «Aba bantu bashaka ko twibanira amahoro. Nimuze tubareke bibere mu gihugu kandi bakidandarizemwo, kuko cagutse bihagije ku buryo batobura aho baba. Tuzoheza dutware abakobwa babo, na bo batware abakobwa bacu+.
21 «Aba bantu bashaka ko twibanira amahoro. Nimuze tubareke bibere mu gihugu kandi bakidandarizemwo, kuko cagutse bihagije ku buryo batobura aho baba. Tuzoheza dutware abakobwa babo, na bo batware abakobwa bacu+.