Itanguriro 34:25 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 25 Ku musi ugira gatatu, abagabo bo muri ico gisagara bari bacumva ububabare. Nuko abahungu babiri ba Yakobo ari bo Simeyoni na Lewi, basaza ba Dina+, umwe wese atora inkota yiwe, binjira mu gisagara ata wubicura maze bica abagabo bose+.
25 Ku musi ugira gatatu, abagabo bo muri ico gisagara bari bacumva ububabare. Nuko abahungu babiri ba Yakobo ari bo Simeyoni na Lewi, basaza ba Dina+, umwe wese atora inkota yiwe, binjira mu gisagara ata wubicura maze bica abagabo bose+.