-
Itanguriro 4:22Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
22 Zila na we avyara Tubali-Kayini. Ni we yahingura ibikoresho vy’ubwoko bwose bikozwe mu mujumpu no mu cuma. Mushiki wa Tubali-Kayini yitwa Nayama.
-