Itanguriro 35:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Baca baha Yakobo imana z’inyamahanga zose bari bafise n’amahereni yari ku matwi yabo, maze Yakobo abihamba* munsi y’igiti kinini cari hafi y’i Shekemu.
4 Baca baha Yakobo imana z’inyamahanga zose bari bafise n’amahereni yari ku matwi yabo, maze Yakobo abihamba* munsi y’igiti kinini cari hafi y’i Shekemu.