Itanguriro 4:25 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 25 Adamu yongera kuryamana n’umugore wiwe maze avyara umuhungu. Eva amwita Seti*+ kuko yibwira ati: «Imana impaye* uwundi mwana* mu kibanza ca Abeli, kuko Kayini yamwishe+.» Itanguriro Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 4:25 Umunara w’Inderetsi,1/2/2009, rup. 13
25 Adamu yongera kuryamana n’umugore wiwe maze avyara umuhungu. Eva amwita Seti*+ kuko yibwira ati: «Imana impaye* uwundi mwana* mu kibanza ca Abeli, kuko Kayini yamwishe+.»