Itanguriro 35:29 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 29 Hanyuma Izahaki aracikana, ahamvya ab’iwabo*, apfa ari umutama ahimbawe*. Abahungu biwe Esawu na Yakobo baca baramuhamba+.
29 Hanyuma Izahaki aracikana, ahamvya ab’iwabo*, apfa ari umutama ahimbawe*. Abahungu biwe Esawu na Yakobo baca baramuhamba+.