-
Itanguriro 36:14Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
14 Aba ni bo bahungu Oholibama yavyaranye na Esawu: Yushi, Yalamu na Kora. Oholibama yari umugore wa Esawu, umukobwa wa Ana akaba n’umwuzukuru wa Zibeyoni.
-