Itanguriro 36:24 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 24 Aba ni bo bahungu ba Zibeyoni+: Aya na Ana. Ana ni we yubuye amazi y’amashuha mu gahinga igihe yari aragiye indogobwa za se wiwe Zibeyoni.
24 Aba ni bo bahungu ba Zibeyoni+: Aya na Ana. Ana ni we yubuye amazi y’amashuha mu gahinga igihe yari aragiye indogobwa za se wiwe Zibeyoni.